Official Website

Welcome to our official website!

BUSIRU FULL COMEDY is a group of young and talented professional comedians from Burundi, the heart of Africa.

We are based in Province Muyinga.

Our objective:

  • Our objective is to educate through comedies and films.

  • We also do advertisement for individuals or businesses. So, if you have a business and would like the world to know, please contact us, we will do that for you at an affordable price.

  • We will bring you current and local news for the everyday life, especially what is happening here in Muyinga. Stay tuned!!!

Turabahaye ikaze ku rubuga rwa BUSIRU FULL COMEDY!

BUSIRU FULL COMEDY ni umugwi w'imisore n'inkumi bakina amareresi n'udukino two gutwenza bo mu gihugu c'Uburundi, umutima w'Afrika.

Dukorera mu ntara ya Muyinga.

Ico tugamije:

  • Guhanura, kwigisha, gutwenza tubicishije mu mareresi n'udukino dutandukanye two gutwenza

  • Kwamamaza, kumenyekanisha ibintu canke ibikorwa vy'umuntu canke vy'ishirahamwe mu gihe bipfuza ko bimenyekana. Twakure tukumenyekanishirize ibikorwa vyawe isi yose ibimenye ku giciro gito cane.

  • Gutanga amakuru y'ibigezweho mu buzima bwa misi yose, cane cane hano i Muyinga.

Burundi, Heart of Africa


Burundi, Mutima w'Afrika